Insiguro y'isanamu, Inyeshamba za M23 zimaze kwigarurira uturere tutari duke twa Rutshuru na Masisi mu ntara ya Kivu ya Ruguru 29 Ukwa gatandatu 2024 Inyuma y’intambara zari zimaze imisi itari ...
Bukebuke, intambara hagati ya M23 na FARDC n'abo bafashanya, zagiye zirafata iyindi ntera. M23 ivuga ko igenzura igisagara cose ca Goma, igisagara gikuru mu ntara ya Kivu iri m'ubuseruko bwa DRC.